28/05/2026
🕺Umurwi The coolest dance crew umaze gutahana ku ncuro zibiri ihiganwa TAMBA BIC, uratubwira vyinshi kuri iryo higanwa. Barongera bakatuganirira na zimwe mu ntambwe bamaze gushikako bivuye kuri iryo higanwa.