BIDF Burundi

BIDF Burundi La BIDF, communément appelée « Banque des femmes », est une société publique dotée d’un patrimoine

Ce week-end, les guichets et les agences de la BIDF sont ouverts.Nous vous souhaitons un excellent week-end.
18/07/2026

Ce week-end, les guichets et les agences de la BIDF sont ouverts.

Nous vous souhaitons un excellent week-end.

SMS Banking : Votre banque BIDF vous informe par SMS, à chaque mouvement sur votre compte.
17/07/2026

SMS Banking : Votre banque BIDF vous informe par SMS, à chaque mouvement sur votre compte.

Bavyeyi, ntimureke ko ikibazo c’amikoro kibabuza gushikana abana banyu ku ndoto zabo biciye mu mashure.Ibanki y’Imigambi...
10/07/2026

Bavyeyi, ntimureke ko ikibazo c’amikoro kibabuza gushikana abana banyu ku ndoto zabo biciye mu mashure.

Ibanki y’Imigambi n’Iterambere ry’Abakenyezi (BIDF) yarashizeho Ingurane “Umwana Kw’Ishure” kugira ngo ibafashe mukuronderera abana banyu ibikoresho vy'Ishure, iyo ngurane mukayironswa mu buryo bworoshe kandi bwihuta.

Nyaragasa ku cicaro gikuru ca BIDF canke ku mashami yacu, mumenye ibisabwa maze muronke iyo ngurane mu kiringo gito kandi bitabagoye.

La BIDF vous souhaite une bonne fête de l'indépendance.
01/07/2026

La BIDF vous souhaite une bonne fête de l'indépendance.

AVIS À LA CLIENTÈLEITANGAZO KU BANYWANYI
30/06/2026

AVIS À LA CLIENTÈLE
ITANGAZO KU BANYWANYI

Ibanki BIDF irabipfurije Week-End Nziza.Turabamenyesha ko mukoresheje BIDF Twamane, mushoborakubika no kubikura amahera ...
27/06/2026

Ibanki BIDF irabipfurije Week-End Nziza.

Turabamenyesha ko mukoresheje BIDF Twamane, mushobora
kubika no kubikura amahera yanyu igihe cose muvyipfuza
mukoresheje Lumicash. Bikora amasaha 24 kuri 24, iminsi 7 kuri 7.

AVIS A LA CLIENTELEITANGAZO KU BANYWANYI
24/06/2026

AVIS A LA CLIENTELE

ITANGAZO KU BANYWANYI

La BIDF vous souhaite une bonne journée nationale du Patriotisme
08/06/2026

La BIDF vous souhaite une bonne journée nationale du Patriotisme

Avis à la clientèleItangazo ku banywanyi
08/06/2026

Avis à la clientèle
Itangazo ku banywanyi

Ibanki BIDF irabipfurije ukwezi kwiza kwa RUHESHI
02/06/2026

Ibanki BIDF irabipfurije ukwezi kwiza kwa RUHESHI

Address

Rue Le Triomphe N°5, Quartier Musinzira
Gitega
112GITEGA

Telephone

+25722405117

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BIDF Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BIDF Burundi:

Shortcuts

Share

Category