MEFI-Opportunity

MEFI-Opportunity MEFI-Opportunity est une institution financière qui vous offre des services financiers abordables.

Murakoze cane kuduhitamwo.Kumwe na MEFI-Opportunity nimush*tse indoto zanyu.
25/07/2023

Murakoze cane kuduhitamwo.
Kumwe na MEFI-Opportunity nimush*tse indoto zanyu.

🔴MEFI NYUNGANIRA Igice ca mbere.Uno munsi igenekerezo rya 21 Mukakaro 2023 Microfinance MEFI-Opportunity yaramutse isoze...
21/07/2023

🔴MEFI NYUNGANIRA Igice ca mbere.

Uno munsi igenekerezo rya 21 Mukakaro 2023 Microfinance MEFI-Opportunity yaramutse isozera igice ca mbere c'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA. Uwo munsi ukaba waranzwe no gushikiriza agashimwe uwagatsindiye.

Mr NSHIMIRIMANA Fabrice akaba ariwe yashoboye gutsindira umuriyoni w'amafranga y'amarundi. Asanzwe akorera muri Zone Kanyosha mu Gisagara ca Bujumbura.

Mw'ijambo ryiwe, umuyobozi mukuru wa Microfinance yakeje abari bagize comission yakurikiranye ico gice ca mbere kuko habayemwo umuco ukwiye, akaba kandi yibukije uwatsindiye agashimwe ko guhera ubu Microfinance MEFI igiye kuza iramukurikirana kandi ko izoguma imushigikira gushika agize ihinguriro rikomeye cane.

NSHIMIRIMANA Fabrice akaba yashinze intahe y'ingene yatanguye urugamba rwo kwiyungunganya yongera arakenguruka bikomeye abateguye rino higanwa.

NISHIMWE Enock, umwe mubari mw'ihiganwa yashimye ko nubwo ataronse ayo mahirwe ahakuye ubumenyi, kandi ahimbawe kuba mu Burundi hari abantu bakorera mu muco.

Mur'ino weekend tuzoguma tubasangiza amafoto yaranze ivyo birori.

Turabashimiye mwese mukomeza kwizera Microfinance MEFI-Opportunity.


Paeej-Burundii
Yaga Nawee
HOGII
MEFI-Opportunityy

🛑Microfinance MEFI-Opportunity irabatumiye mu birori vyo gusozera ihiganwa MEFI NYUNGANIRA igice ca mbere.Kumwe na MEFI-...
19/07/2023

🛑Microfinance MEFI-Opportunity irabatumiye mu birori vyo gusozera ihiganwa MEFI NYUNGANIRA igice ca mbere.

Kumwe na MEFI-Opportunity nimush*tse indoto zanyu.

MEFI-Opportunity
Paeej-Burundi
Yaga Nawe
AKEZA SPORTS
HOGI

07/07/2023

MEFI NYUNGANIRA 1ere Edition

Umunwanyi No 013

Yitwa NIYONKURU Alain Daniel aba muri zone Gihosha akaba yiga kuri kaminuza yuburundi kandi akaba ar'umworozi w'inkwavu.

Akaba ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA: hamwe yotsindira 1.000.000FBU avuga ko yoca yagura uburaro bw'inkwavu kandi akongerereza ingene asanzwe akurikirana inkwavu ziwe.

Mumuhe amahirwe yo gutsinda mu kugira J'aime, Commentaires na Partages kuri ino vidéo yiwe.

MEFI-Opportunity

28/06/2023

🛑MEFI NYUNGANIRA 1 ere Edition

Umunwanyi No 012

Yitwa Kwizera selemani asanzwe akora umugambi wo kudandaza amatelefone n'ibindi bikoresho bijanye. Ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA.

Mumuhe amahirwe yo gutsindira umuriyoni.

Mukumutora mugira j'aime, commentaires na partages kuri ino vidéo yiwe.

MEFI-Opportunity

28/06/2023

🛑MEFI NYUNGANIRA 1 ere Edition

Umunwanyi No 011

Yitwa Nsengiyumva Marie Ancilla akaba asanzwe akora umugambi wo kworora inkoko n'imbata muri zone Kanyosha. Ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA.

Mumuhe amahirwe yo gutsindira umuriyoni.

Mu kumutora mugira j'aime, commentaires na partages kur'ino video yiwe.

28/06/2023

🛑MEFI NYUNGANIRA 1 ere Edition

Umunwanyi No 010
Yitwa Baranyimirije Remegie ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA akaba asanzwe arangura umugambi wo kwoza imiduga.

Mumuhe amahirwe yo gutsindira umuriyoni.

Mukumutora mugira j'aime, partage na commentaires kuri ino video yiwe.

MEFI-Opportunity

🔴MEFI NYUNGANIRA 1 ere EditionUmunwanyi No 009Yitwa Hakizimana janvier akaba adandaza amasakoshi mwisoko kwa siyoni.Ari ...
20/06/2023

🔴MEFI NYUNGANIRA 1 ere Edition

Umunwanyi No 009

Yitwa Hakizimana janvier akaba adandaza amasakoshi mwisoko kwa siyoni.

Ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA.

Mumutore mukugira j'aime, partage na Commentaires kuri ino foto yiwe.

MEFI-Opportunity

20/06/2023

MEFI NYUNGANIRA 1 ere Edition

Umunwanyi No 008

Yitwa Ntakuwundi Fabrice akora umugambi wokworora inkoko aka awurangurira Mu gasenyi. Ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA.

Mumutore mukugira J'aime, Partage na commentaires kur'ino video yiwe.

MEFI-Opportunity

16/06/2023

🔴MEFI NYUNGANIRA 1ère Edition

Umunwanyi No 008

Yitwa NISHIMWE Enock akaba ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA. Mumuhe amahirwe yo gutsindira umuriyoni.

Nimumutore mukugira j'aime, commentaires na partages kuri ino video yiwe.




MEFI-Opportunity

16/06/2023

🔴MEFI NYUNGANIRA 1ère Edition

Umunwanyi 007

Yitwa Ntiranyibagira désire akaba ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA.

Muhe amahirwe kugira atsindire umuriyoni w'amafranga y'amarundi.

Mutore mukugira j'aime, commentaires la partages kuri ino video yiwe.




MEFI-Opportunity

14/06/2023

🔴MEFI NYUNGANIRA

Umunwanyi No 006

Yitwa NDUWIMANA Enock akaba ari mw'ihiganwa MEFI NYUNGANIRA.

Mukumutora gira j'aime, Commentaires la partages kurino video yiwe.




MEFI-Opportunity

Address

Boulevard De L'Uprona Immeuble Business House 2 Eme Etage
Bujumbura

Telephone

+25776268923

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MEFI-Opportunity posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MEFI-Opportunity:

Share

Category