Fadeco Microfinance Sa

Directions

Fadeco Microfinance Sa Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fadeco Microfinance Sa, Financial service, Cotebu, Bujumbura.

UBUTUMIREUmukuru w'inama nshingwa-ntwaro ya Fadeco MFsa aratumiye abanyamitahe bose bahurikiye muri FADECO MF sa  munama...
31/03/2020

UBUTUMIRE

Umukuru w'inama nshingwa-ntwaro ya Fadeco MFsa aratumiye abanyamitahe bose bahurikiye muri FADECO MF sa munama ya bose (Assemblée Générale des actionaires) izobera kw'ishami rya Fadeco MFsa nyene

Ikibanza: Muyinga kuri centere
Isaha: Kuva igihe c'isaha zine z'agatondo (10h30)
Itariki: 11-04-2020

IBIZOKWIGIRWA HAMWE:

a) Iyerekanwa ry'uko Fadeco yifashe (ubutunzi)
b) Imigabo n'imigambi vy'akazoza ka fadeco

Umukuru w'inama nshingwa-ntwaro wa Fadeco abaye arabashimira yongera asaba ko atawocererwa canke ngo acererwe.

Bigiriwe i Bumbura kuwa 26 Ntwarante umwaka w'2020

MURAKOZE

Tous droits réservés

Publié ce 31 Mars 2020
Par Raphael RWASA

17/03/2020

Kaze muri Fadeco Microfinance mubitse mwongere mwironkere ingurane kubiciro vyiza cane

Address

Cotebu
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fadeco Microfinance Sa posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share