Cashtel.

Cashtel. Cashtel nous sommes un établissement de paiement émetteur de monnaie électronique

  _FFBMu ntumbero yo gutegura neza urukino rw'umupira w'amaguru ruzohuza Uburundi na Tchad  igenekerezo rya 31/3/2026, I...
27/03/2026

_FFB

Mu ntumbero yo gutegura neza urukino rw'umupira w'amaguru ruzohuza Uburundi na Tchad igenekerezo rya 31/3/2026, Ishirahamwe ryahaye inyigisho abakozi bashasha bazokora ibikorwa kuri Stade .

Muri izo nyigisho Umuyobozi Mukuru wa Cashtel yabahaye impanuro zitandukanye zibereka uko bazokwitwara kugira bahe ishusho nziza igihugu.

Inyuma y'ibibazo bitandukanye vyabajijwe n'abariko barakurikirana inyigisho, Umuyobozi ajejwe ivyubudandaji ahamagarira abakunzi b'umupira w'amaguru kugura ama tickets hakiri kare kugira ntibizobagore kwinjira k'umusi w'urukino.

Tubibutse ko ushobora kwigurira i tickets y'umupira ukoresheje application ya CASHTEL canke mubibanza bitandukanye nka :

- Siège ya CASHTEL (Mutanga nord haruguru ya Hôpital Militaire)
- Palais des arts (centre ville)
- Cashtel emmaus
- Cashtel mkw'isoko mu Kamenge
- Sopec Rohero
- Sopec Kamenge (14ème avenue)

Kaze muri benshi tuzoshigikire INTAMBA MU RUGAMBA zacu🙌🏽

  _ EID MOUBARAKNezerwa ahuri hose hamwe na serivisi za CASHTEL 🥳
20/03/2026

_ EID MOUBARAK

Nezerwa ahuri hose hamwe na serivisi za CASHTEL 🥳

  MU RUGAMBA*UMURWI NSERUKIRA GIHUGU W'U BURUNDI UZOTANA MUMITWE N'UMUGWI NSERUKIRA GIHUGU WA TCHAD*🗓️ Igenekerezo: rya ...
19/03/2026

MU RUGAMBA

*UMURWI NSERUKIRA GIHUGU W'U BURUNDI UZOTANA MUMITWE N'UMUGWI NSERUKIRA GIHUGU WA TCHAD*
🗓️ Igenekerezo: rya 31/03/2026 isaha icenda (15h00) kuri STADE INTWARI

🛒 Amatike ariko aragurwa kuri application ya CASHTEL ndetse no mubibanza bitandukanye.

👉 Aho ushobora kugura amatike:
- Siège ya CASHTEL (Mutanga nord haruguru ya Hôpital Militaire)
- Palais des arts (centre ville)
- Cashtel emmaus
- Cashtel mkw'isoko mu Kamenge
- Sopec Rohero
- Sopec Kamenge (14ème avenue)

💰 Ibiciro:
- Pourtour: 10,000 Fbu
- VIP A & B: 50,000 Fbu
- VIP C & D: 30,000 Fbu
- VVIP: 100,000 Fbu
- SPONSOR: 500,000 Fbu

  MU RUGAMBANI KUWA KABIRI ITARIKI 31/03/2026 ISAHA ICENDA (15H00) KURI STADE INTWARI AHO UMURWI NSERUKIRAGIHUGU W' *UBU...
18/03/2026

MU RUGAMBA

NI KUWA KABIRI ITARIKI 31/03/2026 ISAHA ICENDA (15H00) KURI STADE INTWARI AHO UMURWI NSERUKIRAGIHUGU W' *UBURUNDI* UZOTANA MUMITWE N'UMURWI NSERUKIRAGIHUGU WA *TCHAD*.

*AMATIKE AKABA YATANGUYE KUDANDAZWA UCIYE KURI APPLICATION YA CAHSTEL*
https://play.google.com/store/apps/details?id=com.averell1.CashTelAp2025

NTUCIKWE NOKUGURA ITIKE HAKIRI KARE BATARAZIMARA NGUCIKWE NICO KIRORI.

NGAYA AYANDI MAHIRWE YOGUTSINDIRA IBIHUMBI 50 MURI CASHTEL.MURUKINO RUZOHUZA UBURUNDI NA TCHAD LE 31/03/2026 KURI STADE ...
15/03/2026

NGAYA AYANDI MAHIRWE YOGUTSINDIRA IBIHUMBI 50 MURI CASHTEL.
MURUKINO RUZOHUZA UBURUNDI NA TCHAD LE 31/03/2026 KURI STADE INTWARI, VUGA INGENE BAZOTSINDANA. KWINJIRA KURORERA UGO RUKINO AMATIKE AZORIHIRWA KURI CASHTEL UCIYE KURI APPLICATION https://play.google.com/store/apps/details?id=com.averell1.CashTelAp2025 USHOBORA NOGUCA NGAHO MUKWIYUGURURIRA IKONTE YA CASHTEL CANKE KURI *429 #.

ISHURA MURI COMMENTAIRE KURI FACEBOOK CANKE KURI CHAINE WHATSAPP YA CASHTEL https://whatsapp.com/channel/0029VbBIcQXJ93wXZBF6bW3w UKO BAZOTSINDANA WIRONKERE IZO NOTI NIWATSINDA.

INTAMBA .

12/03/2026

Ehee ubwizaaa🤩

Urakeneye kuba mwiza kumubiri no kumufuko ndetse nomuvyo ukora mu kubika, kubikura, kurungika, kuriha OBR ndetse nibindi....Fyonda *429 # nawe wirabire 🥳

Ubwiza burarenze hamwe na CASHTEL 👏🏼

  Bishasha bishasha ‼️🥳Bakunzi b'inkino ntimutangwe nokuzoza gushigikira yamigwi mukunda cane ya   .Munkino za   zizoba ...
11/03/2026



Bishasha bishasha ‼️🥳

Bakunzi b'inkino ntimutangwe nokuzoza gushigikira yamigwi mukunda cane ya .

Munkino za zizoba kuma genekerezo ya 14,15 na 21/3/2026 kukibuga ca Parquet mu gisagara ca Bujumbura.

Menya neza muzoriha mukoresheje application ya Cashtel muciye kuri iyi link :👇🏼
👇🏼👇🏼👇🏼
https://play.google.com/store/apps/details?id=com.averell1.CashTelAp2025

Himbarwa n'inkino mu gushira application ya cashtel muri telefone ngendanwa zanyu mworoherwe nokuriha ama tickets ndetse nogukora izindi seruvise za CASHTEL.

  Vous souhaite une Bonne fête à toutes les femmes 🥳Composez *429 #
08/03/2026



Vous souhaite une Bonne fête à toutes les femmes 🥳

Composez *429 #

  _BONUS Mu agent ironkere akarusho hamwe na CASHTEL Ugururira umunywanyi i konte ya CASHTEL muri téléphone uciye kuri *...
28/02/2026

_BONUS

Mu agent ironkere akarusho hamwe na CASHTEL

Ugururira umunywanyi i konte ya CASHTEL muri téléphone uciye kuri *429 # canke kuri application ya CASHTEL
https://play.google.com/store/apps/details?id=com.averell1.CashTelAp2025

- Mu agent bikira umunywanyi amafaranga angana 2000fbu canke arenga uce uronka akarusho k'amafaranga 200fbu

- Umunywanyi aguze ama inite canke abikuye amafaranga angana na 2000F canke arenga mu agent uca uronka bonus y'amafaranga 300fbu aja mububiko bwanyu bwa CASHTEL.

N.B: Ako karusho kazohora kabashikira mububiko bwanyu isaha cumi nimwe zubuca (5h du matin)

TELEFONE YANJE IBANKI YANJE

26/02/2026

Twenga hamwe n'umukunzi wa CASHTEL 😂

Address

Mutanga Nord, Boulevard Mwezi Gisabo, Building CASHTEL
Bujumbura

Opening Hours

Monday 07:30 - 17:00
Tuesday 07:30 - 17:00
Wednesday 07:30 - 17:00
Thursday 07:30 - 17:00
Friday 07:30 - 17:00
Saturday 11:00 - 15:00

Telephone

+25771988996

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cashtel. posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Cashtel.:

Share