Twitezimbere microfinance s.a

Twitezimbere microfinance s.a Soutenir les activités génératrices des revenus.

Haratanzwe ubushimwe butandukanye ku bantu bishuye neza ibibazo bijanye n'ico gisata gishasha ca TWITEZIMBERE Microfinan...
01/03/2024

Haratanzwe ubushimwe butandukanye ku bantu bishuye neza ibibazo bijanye n'ico gisata gishasha ca TWITEZIMBERE Microfinance."TwitCash"

Fyonda *190*6 #

Fyonda *190*6 #Isinzi ry'abantu ryari ryaje kwiyumviririza ico ciza kigeretswe ku bindi vyinshi TWITEZIMBERE Microfinanc...
01/03/2024

Fyonda *190*6 #
Isinzi ry'abantu ryari ryaje kwiyumviririza ico ciza kigeretswe ku bindi vyinshi TWITEZIMBERE Microfinance s.a yabazaniye.

Fyonda *190*6 #Kuva kuri uyu wa 27 gushika ku wa 28 Ruhuhuma 2024, ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana TWITEZIMBERE ...
01/03/2024

Fyonda *190*6 #
Kuva kuri uyu wa 27 gushika ku wa 28 Ruhuhuma 2024, ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana TWITEZIMBERE rifadikanije n’umufatanyabikorwa waryo Cordaid, ryaratunganije imenyekanishwa ry’igisata gishasha “TwitCash”. TwitCash ni igisata gishasha ca TWITEZIMBERE Microfinance s.a gifasha umunywanyi:
 Kuronka ubutumwa bugabisha igihe cose ikonte yiwe iroyeko canke ivuyeko amafaranga (Message d’alerte lorsque son compte est crédité ou débité)
 Kubaza ubutunzi bw,iwe (Demande de solde)
 Kubaza ibiheruka gukorerwa kw’ikonte yawe (Demande de mini historique)
 Kubikura ukoresheje terefone ngendanwa yawe uciye kumu aja TwitCash (Retrait avec son téléphone portable via un agent TwitCash)
 Kubitsa ukoresheje terefone ngendanwa yawe uciye kumu aja TwitCash (Versement avec son téléphone portable via un agent TwitCash)
 Gusaba agatabo ko kubikura (Demande de carnet de chèque)
 Kurungika amafaranga uyakura kw’ikonte uyashira kuyindi konte ukoresheje terefone ngendanwa (Transfert de compte à compte)
Kaze banywanyi aho hose TWITEZIMBERE Microfinance isanzwe ikorera mwiyandikishe muri TwitCash.

Kwinjira ni kubuntu

Appuyer sur *190*6 #

MUNTUMBERO YO KUBAPFUNYIRAZA URUGENDO, TWABASHIKIRIYE AHO IWANYU KU MUSENYI IRUHANDE Y'ISOKO. TUBAKIRIRA HEZA TUKABAKIRA...
18/07/2023

MUNTUMBERO YO KUBAPFUNYIRAZA URUGENDO, TWABASHIKIRIYE AHO IWANYU KU MUSENYI IRUHANDE Y'ISOKO. TUBAKIRIRA HEZA TUKABAKIRA NEZA. KAZE MUZIGANIRIZE KAZOZA. TWONGERE TUBAHE INGURANE YO KWITEZA IMBERE.

TWITEZIMBERE MICROFINANCE s.a à MUSENYI DE BUBANZA.Engagée pour toucher sur tous les coins du pays afin  d'encourager l'...
18/07/2023

TWITEZIMBERE MICROFINANCE s.a à MUSENYI DE BUBANZA.Engagée pour toucher sur tous les coins du pays afin d'encourager l'épargne.

27/02/2023
Muri urwo ruganda rwari rukoraniyemwo abaserukiye amashirahamwe akora uburimyi, abagwizambuto, abaserukiye abajejwe intw...
27/02/2023

Muri urwo ruganda rwari rukoraniyemwo abaserukiye amashirahamwe akora uburimyi, abagwizambuto, abaserukiye abajejwe intwaro, abafundi b'indimo n'uwaje aserukira ikigo ISABU; Umuhinga yatanze inyigisho yaragarutse canecane ku giterwa c'ikiraya, arabibutsa ubwoko bw'ibiraya n'ifumbire, uko barima, bafumbira, batera, babagara, bafurira, babivura indwara bagakingira n'ibitarafatwa, ingene bavyimbura n'ingene babibika. Kabaye n'akaryo ko kumenyana hagati y'abarimyi, abagwizambuto n'abafundi b'indimo baca barahana n'inomero z'materefone.TWITEZIMBERE Microfinance niryo shirahamwe ritanga ingurane rikaguherekeza no mu mugambi ugiye gukora.

27/02/2023

Mu kigo « Centre d’Accueil Reine de la Paix » co mw’IJENDA, ishirahamwe ryo kuziganya no kugurananaTwitezimbere Microfinance s.a ifashijwe n’umufashabikorwa waryo CORDAID mu mugambi PADFIR, ryaratunganije kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2023 uruganda rwo gufasha abanywanyi kuronka imbuto nziza kugira bagwize umwimbu. Ishirahamwe ryitaho abanywanyi baryo.

Agence de TWITEZIMBERE Microfinance s.a au centre ville de Gitega la capitale politique du Burundi. Quartier MUSINZIRAAv...
23/12/2022

Agence de TWITEZIMBERE Microfinance s.a au centre ville de Gitega la capitale politique du Burundi.

Quartier MUSINZIRA
Avenue du Prince Louis RWAGASORE
N° 154

Address

Siège : Avenue De L’Université, ROHERO II, Numéro 64
Bujumbura
5266

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:30
Tuesday 08:00 - 17:30
Wednesday 08:00 - 17:30
Thursday 08:00 - 17:30
Friday 08:00 - 17:30
Saturday 11:00 - 14:00
Sunday 08:30 - 12:30

Telephone

+25722245464

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Twitezimbere microfinance s.a posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Twitezimbere microfinance s.a:

Share