ICX Burundi

ICX  Burundi ICX101 vous donne 3 grandes opportunités:

Avec ICX, vous
1. Apprenez et pratiquez le Forex Tradin

Haraciye iminsi mike tubabwiye ko ICOMEX izoduga mu kwezi kwa mbere kuri 0.75...none vyaraye bibaye...Icomex, c'est or ....
06/01/2022

Haraciye iminsi mike tubabwiye ko ICOMEX izoduga mu kwezi kwa mbere kuri 0.75...none vyaraye bibaye...Icomex, c'est or ...Imbere ni heza!!

Together Everyone Achieves More
04/09/2021

Together Everyone Achieves More

Woba wipfuza kwiga FOREX TRADING?? Woba wipfuza kugira votre boutique en ligne?? Woba wipfuza gutunga cryptomonnaied yit...
03/09/2021

Woba wipfuza kwiga FOREX TRADING?? Woba wipfuza kugira votre boutique en ligne?? Woba wipfuza gutunga cryptomonnaied yitwa ICOMEX?? Raba kuri iyo tableau de paquets d'adhésion hama tugufashe kuba umunywanyi wa ICX101

Turakeje umurundi wa mbere GEORGES NDAYISHIMIYE kuba yashoboye gutera intambwe agashikira titre de FORMATEUR de ICX. Tur...
03/09/2021

Turakeje umurundi wa mbere GEORGES NDAYISHIMIYE kuba yashoboye gutera intambwe agashikira titre de FORMATEUR de ICX. Turishimye cane kuba yakiriwe muri pool mondial des formateurs ba ICX101 le 31/08/2021 na DIRECTEUR COMMERCIAL wa ICX ,Ash ISLAM. Georges ahawe 200$ ..tumupfurije gushikira ubundi buteka bwinshi muri ICX101

Uno musi kw'isi, hariho cryptomonnaies nyinshi cane; ivyo rero, bigatuma abantu bibagora guhitamwo cryptomonnaies bogira...
03/09/2021

Uno musi kw'isi, hariho cryptomonnaies nyinshi cane; ivyo rero, bigatuma abantu bibagora guhitamwo cryptomonnaies bogiramwo investissement.

Twashaka tubaremeshe guhitamwo ICOMEX TOKENS kuko évolution yayo iriko igenda neza:
1) Ifise quantité limitée: 200.000.000$
2) ifise utilisabilité kuko ifise isoko iryakira kandi rigasuma ibintu birenga ibihumbi 100
3) ikoresha blochain ya tron( tronscan)
4) ririko riduga agaciro n'ingoga kuko muri Mars ryari munsi ya 1frbu, ariko ubu rifise 400frbu. Vuba rirashikira 1$ (3300frbu) .Kugura iyo cryptomonnaie birahambaye cane kuko kuzigira ziguma ziduga agaciro. Kandi ku musi ku musi, ziguha inyungu ishika kuri 8 icomex ku musi. Iyumvire uguze izigera kuri 1000, hama zikagira valeur ya 100$, uzoba ufise 100.000$ mu mwanya muto.

Abipfuza kuzigura bazitungure, botwandikira inbox bagasiga numero yabo ya whatsapp.

Qu'est-ce que l'iCX101 ?* Une organisation créée en 2014 qui fournit le meilleur réseau de commerce électronique au mond...
21/08/2021

Qu'est-ce que l'iCX101 ?

* Une organisation créée en 2014 qui fournit le meilleur réseau de commerce électronique au monde
* Présentation des plates-formes internationales de commerce électronique pour chaque membre afin de créer un succès mondial
* Création d'une gamme de produits numériques sur mesure pour un réseau dont il bénéficiera de manière résiduelle
* Une entreprise aspirant à créer le tout premier Global Hybrid Exchange

Avec ICX, vous
1. Apprenez à trader
2. Construisez un réseau à travers le monde et passez au niveau supérieur
3. Assurez votre avenir à la liberté financière

ICX vous présente iCOMEX. La crypto-monnaie avec la plus grande facilité d'utilisation, échangeable contre 100 000 produits et services et soutenus par plusieurs projets innovants

Pour plus de détails, prière de rejoindre notre groupe WHATSAPP:
https://chat.whatsapp.com/DCnF6MTCSFnEQGdGG2ClLN

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ICX Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ICX Burundi:

Share